Trump yanezerewe igihe uwatsindiye agashimwe Nobel k'Amahoro wo muri Venezuela yamuha umudali wiwe
Umukuru w'abatavuga rumwe n'ubutegetsi bwo muri Venezuela, María Corina Machado, yahaye Perezida Donald Trump umudali wiwe Nobel w'Amahoro igihe bagirana inama muri White House, yongera avuga ko ari i...